Luka 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Avuga ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda y’ubwami bw’Imana, mugabo ku bandi ni mu bigereranyo+, kugira ngo naho baraba, barabire ubusa, kandi naho bumva, ntibatahure insobanuro+. 1 Abakorinto 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo tuvuga ubukerebutsi bw’Imana mw’ibanga ryeranda+, ubukerebutsi bwanyegejwe, ubwo Imana yagenye imbere y’igihe, ibihe bitarabaho+, ku bw’ubuninahazwa bwacu.
10 Avuga ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda y’ubwami bw’Imana, mugabo ku bandi ni mu bigereranyo+, kugira ngo naho baraba, barabire ubusa, kandi naho bumva, ntibatahure insobanuro+.
7 Mugabo tuvuga ubukerebutsi bw’Imana mw’ibanga ryeranda+, ubukerebutsi bwanyegejwe, ubwo Imana yagenye imbere y’igihe, ibihe bitarabaho+, ku bw’ubuninahazwa bwacu.