Matayo 24:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yicaye ku musozi w’Imyelayo, abigishwa baramwegera biherereye, bamubwira bati: “Tubwire: Ivyo bizoba ryari, kandi ni igiki kizoba ikimenyetso c’ukuhaba*+ kwawe n’ic’insozero y’ivy’isi+?” 1 Abakorinto 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyo bintu rero vyababako nk’uburorero, kandi vyanditswe ngo bitubere imburi+ twebwe abashitsweko n’amaherezo y’ibihe+. Abaheburayo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kw’iherezo ry’iyi misi+ yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, kandi biciye kuri we ikaba ari ho yashizeho+ ibihe*.
3 Yicaye ku musozi w’Imyelayo, abigishwa baramwegera biherereye, bamubwira bati: “Tubwire: Ivyo bizoba ryari, kandi ni igiki kizoba ikimenyetso c’ukuhaba*+ kwawe n’ic’insozero y’ivy’isi+?”
11 Ivyo bintu rero vyababako nk’uburorero, kandi vyanditswe ngo bitubere imburi+ twebwe abashitsweko n’amaherezo y’ibihe+.
2 kw’iherezo ry’iyi misi+ yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, kandi biciye kuri we ikaba ari ho yashizeho+ ibihe*.