Zaburi 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nsaba+, nguhe amahanga abe intoranwa yawe+N’impera z’isi zibe itongo wigabira+. Yohani 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ibintu vyose Data afise ni ivyanje+. Ni co gituma mvuze ko aronka ku vyanje, akabibamenyesha. Abaroma 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa: ba samuragwa koko b’Imana, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana+ na we kugira ngo kandi tuninahazanywe na we+.
17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa: ba samuragwa koko b’Imana, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana+ na we kugira ngo kandi tuninahazanywe na we+.