Matayo 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ibintu vyose narabihawe na Dawe+, kandi nta n’umwe azi neza Umwana atari Data+, eka nta n’uwuzi neza Data atari Umwana be n’uwo wese Umwana agomba kumuhishurira+. Yohani 3:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Se arakunda+ Umwana kandi yashize ibintu vyose mu kuboko kwiwe+. Yohani 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kandi ivyanje vyose bikaba ari ivyawe n’ivyawe bikaba ari ivyanje+, kandi naraninahajwe muri bo.
27 Ibintu vyose narabihawe na Dawe+, kandi nta n’umwe azi neza Umwana atari Data+, eka nta n’uwuzi neza Data atari Umwana be n’uwo wese Umwana agomba kumuhishurira+.