ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 11:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ibintu vyose narabihawe na Dawe+, kandi nta n’umwe azi neza Umwana atari Data+, eka nta n’uwuzi neza Data atari Umwana be n’uwo wese Umwana agomba kumuhishurira+.

  • Matayo 28:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Yezu aregera, ababwira ati: “Ububasha+ bwose narabuhawe mw’ijuru no kw’isi.

  • Luka 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ibintu vyose narabihawe+ na Dawe, kandi nta wuzi Umwana uwo ari we, atari Se+; kandi nta wuzi Se uwo ari we atari Umwana+, be n’uwo Umwana agomba kumuhishurira.”

  • Yohani 17:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 nk’uko wamuhaye ububasha ku kiri n’umubiri cose+, kugira ngo ku vyerekeye igitigiri cose c’abo wamuhaye+, abahe ubuzima budahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika