Matayo 28:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yezu aregera, ababwira ati: “Ububasha+ bwose narabuhawe mw’ijuru no kw’isi. Yohani 3:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Se arakunda+ Umwana kandi yashize ibintu vyose mu kuboko kwiwe+.