Yohani 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko Se yiyumvamwo Umwana+ kandi akamwereka ibintu vyose we ubwiwe akora, kandi azomwereka ibikorwa biruta ivyo, kugira mutangare+. Yohani 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nk’uko Data yankunze+ nanje nkaba narabakunze, nimugume mu rukundo rwanje.
20 Kuko Se yiyumvamwo Umwana+ kandi akamwereka ibintu vyose we ubwiwe akora, kandi azomwereka ibikorwa biruta ivyo, kugira mutangare+.