Matayo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.” Yohani 3:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Se arakunda+ Umwana kandi yashize ibintu vyose mu kuboko kwiwe+. Yohani 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ni co gituma Data ankunda+, kuko mpeba ubuzima bwanje+ kugira ngo nongere kuburonka. 2 Petero 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko yahawe n’Imana ari yo Data iteka n’ubuninahazwa+, hamwe amajambo nk’aya yayashikirizwa n’ubuninahazwa bw’agatangaza ngo: “Uyu ni umwana wanje, umukundwa wanje, uwo jewe nashimye+.”
17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.”
17 Kuko yahawe n’Imana ari yo Data iteka n’ubuninahazwa+, hamwe amajambo nk’aya yayashikirizwa n’ubuninahazwa bw’agatangaza ngo: “Uyu ni umwana wanje, umukundwa wanje, uwo jewe nashimye+.”