ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 7:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze ahabwa ubutware+ n’iteka+ n’ubwami+, kugira ngo ibisata vy’abantu, imiryango y’amahanga n’indimi vyose bimukorere+. Ubutware bwiwe ni ubutware bwamaho igihe kitagira urugero, butazovaho; ubwami bwiwe na bwo ni ubutazosenyurwa+.

  • Matayo 28:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Yezu aregera, ababwira ati: “Ububasha+ bwose narabuhawe mw’ijuru no kw’isi.

  • 1 Abakorinto 15:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kuko ategerezwa kuganza gushika Imana ishize abansi bose munsi y’ibirenge vyiwe+.

  • Abafilipi 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,

  • Abaheburayo 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Vyose wabishize munsi y’ibirenge vyiwe ngo abiganze+.” Kuko, kubera ko yamuhaye kuganza ibintu vyose+, Imana nta na kimwe yasize ngo ntakiganze+. Ariko ubu ibintu vyose ntiturabona biganzwa na we+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika