Matayo 28:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yezu aregera, ababwira ati: “Ububasha+ bwose narabuhawe mw’ijuru no kw’isi. 1 Abakorinto 15:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko Imana “yashize ibintu vyose munsi y’ibirenge vyiwe ngo abiganze+.” Mugabo igihe ivuga ko ‘ibintu vyose vyatanzwe ngo biganzwe+,’ biraboneka yuko hatarimwo umwe yamuha vyose ngo abiganze+. Abanyefeso 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yashize kandi ibintu vyose munsi y’ibirenge vyiwe+ ngo abiganze, yongera imugira umutwe ku bintu vyose+ ku bw’ishengero, Abafilipi 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 ari we azohindura ukundi umubiri wacu wateterejwe+, ngo umere nk’umubiri wiwe uninahaye+, nk’uko ububasha afise bukora+, mbere bwo gushira ibintu vyose munsi y’ubuyobozi bwiwe ngo abiganze+.
27 Kuko Imana “yashize ibintu vyose munsi y’ibirenge vyiwe ngo abiganze+.” Mugabo igihe ivuga ko ‘ibintu vyose vyatanzwe ngo biganzwe+,’ biraboneka yuko hatarimwo umwe yamuha vyose ngo abiganze+.
22 Yashize kandi ibintu vyose munsi y’ibirenge vyiwe+ ngo abiganze, yongera imugira umutwe ku bintu vyose+ ku bw’ishengero,
21 ari we azohindura ukundi umubiri wacu wateterejwe+, ngo umere nk’umubiri wiwe uninahaye+, nk’uko ububasha afise bukora+, mbere bwo gushira ibintu vyose munsi y’ubuyobozi bwiwe ngo abiganze+.