Abaroma 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kuko abo yitwararitse ubwa mbere+ yabageneye kandi imbere y’igihe+ gushushanywa+ n’ishusho+ y’Umwana wayo, kugira ngo abe imfura+ muri bene wabo benshi+. 1 Abakorinto 15:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Kandi nk’uko twambaye ishusho+ y’umwe akozwe mu mukungugu, tuzokwambara n’ishusho+ y’uwo mw’ijuru.
29 kuko abo yitwararitse ubwa mbere+ yabageneye kandi imbere y’igihe+ gushushanywa+ n’ishusho+ y’Umwana wayo, kugira ngo abe imfura+ muri bene wabo benshi+.
49 Kandi nk’uko twambaye ishusho+ y’umwe akozwe mu mukungugu, tuzokwambara n’ishusho+ y’uwo mw’ijuru.