Yohani 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+. 2 Abakorinto 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Imana ari yo yavuze iti: “Umuco nukayangane uvuye mu mwiza+,” kandi yakayanganiye imitima yacu ngo iyiboneshereze+ n’ubumenyi buninahaye+ bw’Imana imbere ya Kristu+.
18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+.
6 Kuko Imana ari yo yavuze iti: “Umuco nukayangane uvuye mu mwiza+,” kandi yakayanganiye imitima yacu ngo iyiboneshereze+ n’ubumenyi buninahaye+ bw’Imana imbere ya Kristu+.