Imigani 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 nabaye iruhande yiwe ndi umukozi w’umuhanga+, mba uwo yakunda bidasanzwe+ ku musi ku musi, mpimbarwa igihe cose imbere yiwe+, Yohani 13:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Imbere y’igikiriza ca Yezu hari hicaye umwe mu bigishwa biwe, kandi Yezu yaramukunda+.
30 nabaye iruhande yiwe ndi umukozi w’umuhanga+, mba uwo yakunda bidasanzwe+ ku musi ku musi, mpimbarwa igihe cose imbere yiwe+,