Yesaya 42:1 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+. Matayo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.”
42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+.
17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.”