ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 52:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Raba! Umusavyi wanje+ azokorana ugutahura kwimbitse+. Azoba mu kibanza co hejuru, aduzwe koko, ashirwe hejuru cane rwose+.

  • Matayo 12:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Ehe umusavyi wanje+ natoye, umukundwa wanje+, uwo umutima wanje washimye! Nzoshira impwemu yanje kuri we+, kandi azotomorera amahanga ubutungane ico ari co.

  • Yohani 4:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Yezu ababwira ati: “Ibifungurwa vyanje+ ni ugukora ukugomba+ kw’uwandungitse no kurangiza igikorwa ciwe+.

  • Yohani 6:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 kuko namanutse mva mw’ijuru+ atari ukugira ngo nkore ukugomba kwanje, mugabo ngo nkore ukugomba kw’uwandungitse+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika