Zaburi 89:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ico gihe wavuganye n’intahemuka zawe mw’iyerekwa+,Uti:“Natabaye umunyenkomezi+;Nashize hejuru umuntu yatowe mu bantu+. Luka 9:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Hanyuma ijwi+ riva muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, uwatowe+. Nimumwumvirize+.” 1 Petero 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu kuza kuri we nk’abaza kw’ibuye rizima+ ryatawe+ n’abantu+ koko, mugabo rikaba ari iryatowe n’Imana kandi ry’agaciro kuri yo+,
19 Ico gihe wavuganye n’intahemuka zawe mw’iyerekwa+,Uti:“Natabaye umunyenkomezi+;Nashize hejuru umuntu yatowe mu bantu+.
4 Mu kuza kuri we nk’abaza kw’ibuye rizima+ ryatawe+ n’abantu+ koko, mugabo rikaba ari iryatowe n’Imana kandi ry’agaciro kuri yo+,