Gusubira mu vyagezwe 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+, Matayo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.” Ivyakozwe 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nkako, Musa yavuze ati: ‘Yehova Imana azobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+. Mutegerezwa kumwumviriza mu vyo ababwira vyose+.
15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+,
17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.”
22 Nkako, Musa yavuze ati: ‘Yehova Imana azobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+. Mutegerezwa kumwumviriza mu vyo ababwira vyose+.