ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Reka mvuge ingingo ya Yehova;

      Yambwiye ati: “Uri umwana wanje+;

      Jewe uno musi ncitse so+.

  • Yesaya 42:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+.

  • 2 Petero 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kuko yahawe n’Imana ari yo Data iteka n’ubuninahazwa+, hamwe amajambo nk’aya yayashikirizwa n’ubuninahazwa bw’agatangaza ngo: “Uyu ni umwana wanje, umukundwa wanje, uwo jewe nashimye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika