Luka 12:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 “Ntimutinye+, mwa busho buto+, kuko So yashimye kubaha ubwami+. Ivyakozwe 26:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ngo uhumure amaso yabo+, ngo ubahindukize bave mu mwiza+ baje ku muco+, kandi ngo bave mu bubasha bwa Shetani+ baje ku Mana, kugira ngo baronke ukubabarirwa ibicumuro+ be n’intoranwa+ mu bejejwe+ n’ukunyizera.’ Abagalatiya 3:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Vyongeye, nimba mwegukira Kristu, muri uruvyaro rwa Aburahamu vy’ukuri+, ba samuragwa ku bijanye n’umuhango+. Ivyahishuwe 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uwo wese atsinda azotorana ivyo bintu, kandi nzoba Imana yiwe+, na we azoba umwana wanje+.
18 ngo uhumure amaso yabo+, ngo ubahindukize bave mu mwiza+ baje ku muco+, kandi ngo bave mu bubasha bwa Shetani+ baje ku Mana, kugira ngo baronke ukubabarirwa ibicumuro+ be n’intoranwa+ mu bejejwe+ n’ukunyizera.’
29 Vyongeye, nimba mwegukira Kristu, muri uruvyaro rwa Aburahamu vy’ukuri+, ba samuragwa ku bijanye n’umuhango+.