Abanyefeso 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 mu bumwe na we tukaba kandi twatorewe kuba ba samuragwa+, kuko twagenywe imbere y’igihe hisunzwe intumbero y’umwe akora vyose nk’uko ukugomba kwiwe guhanura+,
11 mu bumwe na we tukaba kandi twatorewe kuba ba samuragwa+, kuko twagenywe imbere y’igihe hisunzwe intumbero y’umwe akora vyose nk’uko ukugomba kwiwe guhanura+,