ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa: ba samuragwa koko b’Imana, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana+ na we kugira ngo kandi tuninahazanywe na we+.

  • Abanyefeso 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 ari ryo ry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa mu bandi bakaba n’ibihimba bisangiye umubiri+ be n’abasangira natwe wa muhango+ mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza.

  • 1 Petero 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Namwe bagabo, ni kwo kw’ukwo+, mubandanye kubana na bo mwisunze ubumenyi+, mubatera iteka+ nk’abaritera icombo kirushirije kuba goyigoyi, icombo kigore, kuko namwe musangiye na bo kuba ba samuragwa+ ba bwa butoni ata wari abukwiriye bw’ubuzima, kugira ngo amasengesho yanyu ntatangirwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika