ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 15:53
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 53 Kuko iki kibora gitegerezwa kwambara ukutabora+, kandi iki gipfa+ kigategerezwa kwambara ukudapfa.

  • 2 Timoteyo 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Iri jambo ni iryo kwizigirwa+: Mu vy’ukuri nimba twarapfanye na we, tuzobanaho kandi na we+;

  • Ivyahishuwe 3:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Uwutsinda+ nzomuha kwicarana nanje ku ntebe y’ubwami yanje+, nk’uko nanje nyene natsinze nkicarana+ na Data ku ntebe y’ubwami yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika