Yesaya 42:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kugira ngo uhumure amaso ahumye+, usohore mu gasho imbohe+, usohore mu nzu y’ibohero abicaye mu mwiza+. Abakolosayi 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yaraturokoye adukiza ububasha+ bw’umwiza atwimurira+ mu bwami+ bw’Umwana w’urukundo rwiwe+,
7 kugira ngo uhumure amaso ahumye+, usohore mu gasho imbohe+, usohore mu nzu y’ibohero abicaye mu mwiza+.