ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 18:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Yezu yishura+ ati: “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si+. Iyo ubwami bwanje buba ari ubwo muri iyi si, abasuku banje bari kurwana+ ngo sinshikirizwe Abayuda. Ariko noneho, ubwami bwanje ntibukomoka ino.”

  • Abaheburayo 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ngo: “Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami ibihe bitazoshira+, kandi agakoni k’ubutware k’ubwami+ bwawe ni agakoni k’ukugororoka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika