Matayo 26:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Canke wiyumvira yuko ntoshobora gutakambira Dawe ngo andonse ubu nyene legiyoni* z’abamarayika zirenga cumi na zibiri+? Yohani 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko Yezu abwira Petero ati: “Shira inkota mu rwubati rwayo+. Igikombe Data yampaye, mbega sinkwiye kukinywa+ uko vyogenda kwose?”
53 Canke wiyumvira yuko ntoshobora gutakambira Dawe ngo andonse ubu nyene legiyoni* z’abamarayika zirenga cumi na zibiri+?
11 Ariko Yezu abwira Petero ati: “Shira inkota mu rwubati rwayo+. Igikombe Data yampaye, mbega sinkwiye kukinywa+ uko vyogenda kwose?”