Daniyeli 7:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “‘Maze ubwami n’ubutware n’ubukuru bw’ubwami buri munsi y’amajuru yose, bihabwa abantu beranda ba Rudasumbwa+. Ubwami bwabo ni ubwami bwamaho igihe kitagira urugero+, kandi ubutware bwose ni bo buzokorera, bubagamburukire+.’ Luka 22:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 nanje ngiraniye isezerano namwe, nk’uko Dawe yagiraniye isezerano+ nanje, ku bw’ubwami+, Abaheburayo 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ku bw’ivyo, ko tubwirizwa kuronka ubwami budashobora kunyiganyizwa+, tubandanye kugira ubuntu ata wari abukwiriye, ubudushoboza gukorera Imana igikorwa ceranda mu buryo bwemerwa, dufise ugutinya Imana n’akoba+. Yakobo 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimwumvirize, bene wacu bakundwa. Mbega Imana ntiyatoye aboro+ mu vy’isi ngo babe abatunzi+ mu kwizera na ba samuragwa b’ubwami, ubwo yasezeraniye abayikunda+? Ivyahishuwe 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi yatugize ubwami+, abaherezi+ ku Mana yiwe ikaba na Data—egome, ubuninahazwa n’ubushobozi bibe ivyiwe ibihe vyose+. Amen.
27 “‘Maze ubwami n’ubutware n’ubukuru bw’ubwami buri munsi y’amajuru yose, bihabwa abantu beranda ba Rudasumbwa+. Ubwami bwabo ni ubwami bwamaho igihe kitagira urugero+, kandi ubutware bwose ni bo buzokorera, bubagamburukire+.’
28 Ku bw’ivyo, ko tubwirizwa kuronka ubwami budashobora kunyiganyizwa+, tubandanye kugira ubuntu ata wari abukwiriye, ubudushoboza gukorera Imana igikorwa ceranda mu buryo bwemerwa, dufise ugutinya Imana n’akoba+.
5 Nimwumvirize, bene wacu bakundwa. Mbega Imana ntiyatoye aboro+ mu vy’isi ngo babe abatunzi+ mu kwizera na ba samuragwa b’ubwami, ubwo yasezeraniye abayikunda+?
6 kandi yatugize ubwami+, abaherezi+ ku Mana yiwe ikaba na Data—egome, ubuninahazwa n’ubushobozi bibe ivyiwe ibihe vyose+. Amen.