Abafilipi 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko rero, bakundwa, nk’uko mwamye mugamburuka+, atari igihe ndahari gusa, mugabo n’ubu ntahari mukarushiriza kubigira mubikunze, mugume mushitsa ubukiriro bwanyu mutinya+ kandi mujugumira; 1 Timoteyo 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ku vyerekeye abami+ n’abo bose bari mu kibanza co hejuru+; kugira ngo tubandanye kugira ubuzima butekanye kandi buri mu mahoro, turi n’ukwihebera Imana gukwiye kandi tudafyina+.
12 Nuko rero, bakundwa, nk’uko mwamye mugamburuka+, atari igihe ndahari gusa, mugabo n’ubu ntahari mukarushiriza kubigira mubikunze, mugume mushitsa ubukiriro bwanyu mutinya+ kandi mujugumira;
2 ku vyerekeye abami+ n’abo bose bari mu kibanza co hejuru+; kugira ngo tubandanye kugira ubuzima butekanye kandi buri mu mahoro, turi n’ukwihebera Imana gukwiye kandi tudafyina+.