Abagalatiya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko aho iherezo ry’igihe gikwiye rimariye gushika+, Imana yaratumye Umwana wayo+, uwahavuye avyarwa n’umugore+ kandi akagabwa n’itegeko+, 1 Petero 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bagumye batohoza ikiringo nyezina+ canke ubwoko bw’ikiringo impwemu+ yari muri bo yariko yerekana ku vyerekeye Kristu+, igihe yashinga intahe imbere y’igihe ku vyerekeye imibabaro ibikiwe Kristu+ no ku vyerekeye ubuninahazwa+ bwari kuyikurikira. 1 Petero 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ego ni ko, yamenywe imbere y’igihe, imbere y’ishingwa+ ry’isi, mugabo yashizwe ahabona kw’iherezo ry’ibihe ku bwa mwebwe+
4 Ariko aho iherezo ry’igihe gikwiye rimariye gushika+, Imana yaratumye Umwana wayo+, uwahavuye avyarwa n’umugore+ kandi akagabwa n’itegeko+,
11 Bagumye batohoza ikiringo nyezina+ canke ubwoko bw’ikiringo impwemu+ yari muri bo yariko yerekana ku vyerekeye Kristu+, igihe yashinga intahe imbere y’igihe ku vyerekeye imibabaro ibikiwe Kristu+ no ku vyerekeye ubuninahazwa+ bwari kuyikurikira.
20 Ego ni ko, yamenywe imbere y’igihe, imbere y’ishingwa+ ry’isi, mugabo yashizwe ahabona kw’iherezo ry’ibihe ku bwa mwebwe+