ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 8:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 nabaye iruhande yiwe ndi umukozi w’umuhanga+, mba uwo yakunda bidasanzwe+ ku musi ku musi, mpimbarwa igihe cose imbere yiwe+,

  • Yohani 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Mu ntango+ Jambo+ yariho, kandi Jambo yari kumwe n’Imana+, kandi Jambo yari imana+.

  • Yohani 16:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Navuye kwa Data nza mw’isi. Vyongeye, ndiko ndava mw’isi nja kwa Data+.”

  • Yohani 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ubu rero ga Data, nuninaharize hamwe nawe, uninaharishije bwa buninahazwa nari mfise ndi kumwe nawe imbere y’uko isi ibaho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika