Yohani 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu ntango+ Jambo+ yariho, kandi Jambo yari kumwe n’Imana+, kandi Jambo yari imana+. Yohani 8:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Yezu ababwira ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Imbere y’uko Aburahamu abaho, jewe nariho+.” Abakolosayi 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni we shusho+ y’Imana itaboneka+, imfura+ mu biremwa vyose;