Yesaya 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko hari umwana atuvukiye+, hari umuhungu duhawe+; ubutware bwa kiganwa buzoba ku rutugu rwiwe+. Kandi izina azokwitwa ni Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho+, Umuganwa w’amahoro+. Yohani 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+. Yohani 10:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nimba yise ‘imana+’ abo ijambo ry’Imana ryaziye, yamara Icanditswe kikaba kidashobora guhindurwa ubusa+, Abafilipi 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uyo naho yari ameze nk’Imana+, ntiyiyumviriye kunyaga ubukuru, ngo arondere kungana n’Imana+.
6 Kuko hari umwana atuvukiye+, hari umuhungu duhawe+; ubutware bwa kiganwa buzoba ku rutugu rwiwe+. Kandi izina azokwitwa ni Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho+, Umuganwa w’amahoro+.
18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+.
35 Nimba yise ‘imana+’ abo ijambo ry’Imana ryaziye, yamara Icanditswe kikaba kidashobora guhindurwa ubusa+,