1 Abami 8:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 uze rero wumve uri mu majuru, ahantu hashimangiye uba+, isengesho ryabo n’ugusaba ubutoni kwabo, maze ushitse urubanza ku bwabo+, Zaburi 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+.Yehova—mu majuru ni ho intebe yiwe y’ubwami iri+.Amaso yiwe aritegereza, amaso aca ibibatsi yiwe arasuzuma+ abana b’abantu. Yohani 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 we, kubera yari azi ko Se yari yashize ibintu vyose mu maboko+ yiwe be n’uko yaje avuye ku Mana akaba kandi yariko aja ku Mana+, Abaheburayo 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko Kristu atinjiye ahantu heranda hakozwe n’amaboko+, aho hakaba ari ikigereranyo c’ahantu nyaho+, ahubwo yinjiye mw’ijuru ubwaho+, kugira ngo ubu aduserukire imbere y’Imana+.
49 uze rero wumve uri mu majuru, ahantu hashimangiye uba+, isengesho ryabo n’ugusaba ubutoni kwabo, maze ushitse urubanza ku bwabo+,
4 Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+.Yehova—mu majuru ni ho intebe yiwe y’ubwami iri+.Amaso yiwe aritegereza, amaso aca ibibatsi yiwe arasuzuma+ abana b’abantu.
3 we, kubera yari azi ko Se yari yashize ibintu vyose mu maboko+ yiwe be n’uko yaje avuye ku Mana akaba kandi yariko aja ku Mana+,
24 Kuko Kristu atinjiye ahantu heranda hakozwe n’amaboko+, aho hakaba ari ikigereranyo c’ahantu nyaho+, ahubwo yinjiye mw’ijuru ubwaho+, kugira ngo ubu aduserukire imbere y’Imana+.