ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 6:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 uze rero wumve uri mu majuru, uri ahantu hashimangiye uba+, isengesho ryabo n’ugusaba ubutoni kwabo+, maze ushitse urubanza+ ku bwabo wongere ubabarire+ abantu bawe bazoba bagucumuyeko.

  • Yesaya 63:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Niwitegereze uri mw’ijuru+, urabe uri ahantu hakirurutse uba h’ubweranda n’ubwiza+. Mbega umwete wawe+ n’ubushobozi bwawe bwuzuye, ukudobangana kw’amara yawe+ be n’imbabazi+ zawe, biri hehe? Vyanse kuza iyo ndi+.

  • Abaheburayo 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko Kristu atinjiye ahantu heranda hakozwe n’amaboko+, aho hakaba ari ikigereranyo c’ahantu nyaho+, ahubwo yinjiye mw’ijuru ubwaho+, kugira ngo ubu aduserukire imbere y’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika