Ezekiyeli 34:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nzozihagurukiriza umwungere umwe+, na we azoziragira, emwe, umusavyi wanje Dawidi+. Ni we azoziragira, kandi ni we azoba umwungere wazo+. Mika 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Emwe, azohagarara aragire umukuku mu nkomezi za Yehova+, mu bukuru bw’izina rya Yehova Imana yiwe+. Bazoguma baba ng’aho+, kuko ico gihe azoba uwuhambaye gushika ku mpera z’isi+. Matayo 26:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Kuri iyo saha, Yezu abwira ayo masinzi ati: “Mbega muje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+? Imisi yose nama nicaye mu rusengero+ nigisha, yamara ntimwamfashe. Yohani 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni jewe mwungere w’agahebuza+; umwungere w’agahebuza arigura intama+. Abaheburayo 13:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ya Mana y’amahoro+ rero, imwe yakura mu bapfuye+ wa mwungere+ mukuru w’intama+ ikoresheje amaraso y’isezerano ry’ibihe bidahera+, Umukama wacu Yezu, 1 Petero 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi wa mukuru w’abungere+ niyashirwa ahabona, muzoronka rwa rugori rudakabirana+ rw’ubuninahazwa+.
23 Nzozihagurukiriza umwungere umwe+, na we azoziragira, emwe, umusavyi wanje Dawidi+. Ni we azoziragira, kandi ni we azoba umwungere wazo+.
4 “Emwe, azohagarara aragire umukuku mu nkomezi za Yehova+, mu bukuru bw’izina rya Yehova Imana yiwe+. Bazoguma baba ng’aho+, kuko ico gihe azoba uwuhambaye gushika ku mpera z’isi+.
55 Kuri iyo saha, Yezu abwira ayo masinzi ati: “Mbega muje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+? Imisi yose nama nicaye mu rusengero+ nigisha, yamara ntimwamfashe.
20 Ya Mana y’amahoro+ rero, imwe yakura mu bapfuye+ wa mwungere+ mukuru w’intama+ ikoresheje amaraso y’isezerano ry’ibihe bidahera+, Umukama wacu Yezu,
4 Kandi wa mukuru w’abungere+ niyashirwa ahabona, muzoronka rwa rugori rudakabirana+ rw’ubuninahazwa+.