Mariko 14:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Mugabo Yezu aca ababwira ati: “Mbega mwaje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+? Luka 22:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Maze Yezu abwira abakuru b’abaherezi n’abakuru b’abarinzi b’urusengero be n’abagabo b’inararibonye bari baje ng’aho kumufata, ati: “Mbega mwaje mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+?
48 Mugabo Yezu aca ababwira ati: “Mbega mwaje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+?
52 Maze Yezu abwira abakuru b’abaherezi n’abakuru b’abarinzi b’urusengero be n’abagabo b’inararibonye bari baje ng’aho kumufata, ati: “Mbega mwaje mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+?