Matayo 26:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Kuri iyo saha, Yezu abwira ayo masinzi ati: “Mbega muje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+? Imisi yose nama nicaye mu rusengero+ nigisha, yamara ntimwamfashe. Mariko 14:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Mugabo Yezu aca ababwira ati: “Mbega mwaje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+?
55 Kuri iyo saha, Yezu abwira ayo masinzi ati: “Mbega muje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+? Imisi yose nama nicaye mu rusengero+ nigisha, yamara ntimwamfashe.
48 Mugabo Yezu aca ababwira ati: “Mbega mwaje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+?