Matayo 26:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Kuri iyo saha, Yezu abwira ayo masinzi ati: “Mbega muje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+? Imisi yose nama nicaye mu rusengero+ nigisha, yamara ntimwamfashe. Luka 22:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Maze Yezu abwira abakuru b’abaherezi n’abakuru b’abarinzi b’urusengero be n’abagabo b’inararibonye bari baje ng’aho kumufata, ati: “Mbega mwaje mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+?
55 Kuri iyo saha, Yezu abwira ayo masinzi ati: “Mbega muje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+? Imisi yose nama nicaye mu rusengero+ nigisha, yamara ntimwamfashe.
52 Maze Yezu abwira abakuru b’abaherezi n’abakuru b’abarinzi b’urusengero be n’abagabo b’inararibonye bari baje ng’aho kumufata, ati: “Mbega mwaje mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+?