ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Kandi inyuma y’ayo mayinga mirongo itandatu n’abiri, Mesiya azokurwaho+, ntihagire ico asigarizwa+.

      “Kandi igisagara be n’ahantu heranda+ bizosenyurwa n’abantu b’indongozi iriko iraza+. Iherezo ryaho rizoba biciye kw’isegenya. Kandi hazoba intambara gushika kuri iryo herezo; icapfunditswe ni uko haba imisaka+.

  • Matayo 27:50
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 Yezu yongera gusemerera n’ijwi rirenga, aca aracikana+.

  • Yohani 11:50
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 kandi ntimwiyumvira yuko ari ku neza yanyu ko umuntu umwe apfira+ abantu hako ihanga ryose rirandurwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika