Mariko 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ababwira ati: “Eliya abanza kuza koko agasubiza ibintu vyose mu buryo+; mugabo none bishoboka bite ngo habe handitswe ku Mwana w’umuntu yuko ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi+ akongera agafatwa nk’uwutagira ico amaze+?
12 Ababwira ati: “Eliya abanza kuza koko agasubiza ibintu vyose mu buryo+; mugabo none bishoboka bite ngo habe handitswe ku Mwana w’umuntu yuko ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi+ akongera agafatwa nk’uwutagira ico amaze+?