ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 15:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+:

  • Daniyeli 9:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “Kandi azotuma iryo sezerano+ riguma rikora ku bwa benshi, kumara iyinga rimwe+; maze iryo yinga niryagera hagati, azotuma ikimazi n’ishikanwa bihagarara+.

      “Kandi umwe ateza ubugesera azoba ari kw’ibaba ry’ibisesemye+; icapfunditswe kizoguma kandi cisuka ku cagizwe umusaka, gushika ku gatikizo+.”

  • Luka 1:55
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 nk’uko yabibwiye ba sogokuruza, Aburahamu n’uruvyaro rwiwe, ibihe vyose+.”

  • Ivyakozwe 3:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mwebwe muri abana+ b’abahanuzi be n’ab’isezerano Imana yasezeranye na ba sogokuruza banyu, ikabwira Aburahamu iti: ‘Mu ruvyaro* rwawe ni ho imiryango yose yo kw’isi izohezagirirwa+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika