ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Inyuma y’ivyo, mbandanya kwitegereza mu vyo neretswe mw’ijoro, maze ehe raba, igikoko kigira kane, giteye ubwoba, c’agacavutu kandi gikomeye bimwe bidasanzwe+. Cari gifise amenyo y’icuma, maninimanini. Cararotsa kandi kikajanjagura, ibisigaye kikabihonyangisha ibirenge vyaco. Cari gitandukanye na vya bikoko bindi vyose vy’imbere yaco, kandi cari gifise amahembe cumi+.

  • Daniyeli 7:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “Avuga ati: ‘Ku bijanye na ca gikoko kigira kane, hari ubwami bugira kane buzobaho kw’isi, buzoba butandukanye n’ubundi bwami bwose; kandi buzorotsa isi yose, buyikandagire, buyijanjagure+.

  • Luka 21:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “Ikigeretseko, nimwabona Yeruzalemu ikikujwe+ n’ingabo zishinze ikambi, muzoce mumenya yuko ugucika umusaka kwaho kwegereje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika