Yobu 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umuntu buntu ntiyamenye agaciro kabwo+,Kandi ntibuboneka mu gihugu c’abazima. Zaburi 116:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nzogendera+ imbere ya Yehova mu bihugu vy’abazima+. Umusiguzi 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+. Yesaya 38:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Navuze nti: “Sinzobona Ya*, emwe, Ya, mu gihugu c’abazima+.Sinzosubira kuraba abantu—nzoba ndi kumwe n’ababa mu gihugu c’ukutabaho.
5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+.
11 Navuze nti: “Sinzobona Ya*, emwe, Ya, mu gihugu c’abazima+.Sinzosubira kuraba abantu—nzoba ndi kumwe n’ababa mu gihugu c’ukutabaho.