Zaburi 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko imbwa zinkikuje+;Ikoraniro ry’inkozi z’ikibi riranzitiye+.Nka kurya kw’intambwe, bari ku maboko yanje no ku birenge vyanje+. Matayo 26:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 Maze umuherezi mukuru atantamura impuzu ziwe zo hejuru, avuga ati: “Ararogose+! Turacakenerera iki ibindi vyabona+? Raba! Ubu ho muriyumviye ingene arogose+. Yohani 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abayuda bamwishura bati: “Dufise itegeko+, kandi twisunze iryo tegeko, abwirizwa gupfa, kubera ko yigize umwana w’Imana+.”
16 Kuko imbwa zinkikuje+;Ikoraniro ry’inkozi z’ikibi riranzitiye+.Nka kurya kw’intambwe, bari ku maboko yanje no ku birenge vyanje+.
65 Maze umuherezi mukuru atantamura impuzu ziwe zo hejuru, avuga ati: “Ararogose+! Turacakenerera iki ibindi vyabona+? Raba! Ubu ho muriyumviye ingene arogose+.
7 Abayuda bamwishura bati: “Dufise itegeko+, kandi twisunze iryo tegeko, abwirizwa gupfa, kubera ko yigize umwana w’Imana+.”