Matayo 26:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Mugabo Yezu aguma acereje+. Nuko umuherezi mukuru amubwira ati: “Ndakurahije Imana nzima+ utubwire ko woba uri Kristu+ Umwana w’Imana!” Yohani 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Emwe, Abayuda baca barushirizaho kurondera kumwica+, kubera ko atariko arenga kw’Isabato gusa ahubwo kandi yariko yita Imana ngo ni Se+ wiwe bwite, akigira uwungana+ n’Imana.
63 Mugabo Yezu aguma acereje+. Nuko umuherezi mukuru amubwira ati: “Ndakurahije Imana nzima+ utubwire ko woba uri Kristu+ Umwana w’Imana!”
18 Emwe, Abayuda baca barushirizaho kurondera kumwica+, kubera ko atariko arenga kw’Isabato gusa ahubwo kandi yariko yita Imana ngo ni Se+ wiwe bwite, akigira uwungana+ n’Imana.