Matayo 16:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuva ico gihe Yezu Kristu atangura kwereka abigishwa biwe yuko ategerezwa kuja i Yeruzalemu agashikirwa n’ibintu vyinshi atejwe n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+. Mariko 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Vyongeye, atangura kubigisha yuko Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi hanyuma akicwa+, maze akazuka haciye imisi itatu+. Luka 17:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ariko ategerezwa kubanza gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’iri yaruka+.
21 Kuva ico gihe Yezu Kristu atangura kwereka abigishwa biwe yuko ategerezwa kuja i Yeruzalemu agashikirwa n’ibintu vyinshi atejwe n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.
31 Vyongeye, atangura kubigisha yuko Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi hanyuma akicwa+, maze akazuka haciye imisi itatu+.