ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 8:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Vyongeye, atangura kubigisha yuko Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi hanyuma akicwa+, maze akazuka haciye imisi itatu+.

  • Mariko 9:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kuko yariko yigisha abigishwa biwe ababwira ati: “Umwana w’umuntu abwirizwa gutangwa mu maboko y’abantu, kandi bazomwica+, mugabo naho azoba yishwe, azozuka inyuma y’imisi itatu+.”

  • Luka 9:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 mugabo avuga ati: “Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa+, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika