Matayo 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 bamugabure mu maboko y’abanyamahanga kugira ashinyagurizwe, ashishagurwe yongere amanikwe+, kandi ku musi ugira gatatu azozurwa+.” Luka 18:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 hanyuma bamaze kumushishagura+ bazomwica+, mugabo ku musi ugira gatatu azozuka+.” Ivyakozwe 10:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Uyo Imana yaramuzuye ku musi ugira gatatu hanyuma imuha kwibonekeza+, 1 Abakorinto 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kandi yuko yahambwe+, egome, yuko yazuwe+ ku musi ugira gatatu+ nk’uko Ivyanditswe bivuga+;
19 bamugabure mu maboko y’abanyamahanga kugira ashinyagurizwe, ashishagurwe yongere amanikwe+, kandi ku musi ugira gatatu azozurwa+.”