Yona 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze Yehova arungika urufi runini ngo rumire Yona+, bituma Yona amara imbere muri nya rufi imisi itatu n’amajoro atatu+. Yona 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Amaherezo Yehova ategeka nya rufi, rudahwa Yona kw’isi yumutse+. Ivyakozwe 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo Imana yaramuzuye+ mu kumubohora mu mibabaro y’urupfu+, kuko bitashoboka ko rubandanya kumugumya+. 1 Abakorinto 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kandi yuko yahambwe+, egome, yuko yazuwe+ ku musi ugira gatatu+ nk’uko Ivyanditswe bivuga+;
17 Maze Yehova arungika urufi runini ngo rumire Yona+, bituma Yona amara imbere muri nya rufi imisi itatu n’amajoro atatu+.
24 Mugabo Imana yaramuzuye+ mu kumubohora mu mibabaro y’urupfu+, kuko bitashoboka ko rubandanya kumugumya+.