Gucura intimba 3:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nahe itama ryiwe uwumukubita+. Nahage iceyi+. Mika 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ubu urikebagura+, ewe mukobwa atewe; yadusugereje+. Umucamanza wa Isirayeli bazomukubita inkoni kw’itama+. Luka 22:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Buno abagabo bari bamucunze batangura kumushinyaguriza+, bamukubita+; Yohani 18:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Amaze kuvuga ivyo bintu, umwe muri ba bapolisi yari ahagaze ng’aho akubita Yezu ikofe+ mu maso, avuga ati: “Ukwo ni ko wishura umukuru w’abaherezi?”
5 “Ubu urikebagura+, ewe mukobwa atewe; yadusugereje+. Umucamanza wa Isirayeli bazomukubita inkoni kw’itama+.
22 Amaze kuvuga ivyo bintu, umwe muri ba bapolisi yari ahagaze ng’aho akubita Yezu ikofe+ mu maso, avuga ati: “Ukwo ni ko wishura umukuru w’abaherezi?”