Zaburi 123:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Tugirire ubutoni, ewe Yehova, tugirire ubutoni+;Kuko duhimvye agakengerwe bimwe vy’umurengera+. Yesaya 50:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita, amatama+ yanje na yo abashikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije ibintu bitetereza be n’igikororwa+.
6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita, amatama+ yanje na yo abashikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije ibintu bitetereza be n’igikororwa+.